Inicio Top Música Bad Bunny Música Cristiana Taylor Swift Ed Sheeran Luis Fonsi Ozuna Daddy Yankee J Balvin Maluma DMCA

Letra de 'Turasa' de Khadja Nin - Escucha y canta en New Musica

Varios-artistas

Tiktok Hits Latinos

Varios-artistas

Concentracion Profunda

Varios-artistas

Arroyos Rapidos Del Rio

Varios-artistas

Top Hits 2014

Artist profile picture

Turasa

Khadja Nin

Canciones

ihoze mwana wa mama
uwuvuga ngo umuntu aruta uwundi
yego nanje ndibonera
yuko imibiri yose idasa
uyu urera
urya ukirabura
uriya uravanze
jewe mbona
watu wa ulimwengu wandugu
kaskasini kusini wako sawa
watu wa ulimwengu wandugu
wote wanafanana
mbona dusa
umworo wino arasa
n'umworo wo hirya agasa
n'umworo wa hakurya
umwana wanje ansera
kurya umwana wawe agusera
abavyeyi turasa
none mwana wa mama
abantu dupfa iki ?
ko mbona

Inicio Top Música Bad Bunny Música Cristiana Taylor Swift Ed Sheeran Luis Fonsi Ozuna Daddy Yankee J Balvin Maluma DMCA